Rundi stringlengths 5 496 | emotion stringclasses 7 values |
|---|---|
Yavuze ati: "Data, nimba ubishaka, igizayo iki gikombe kimveko. | anger |
Abantu bimana Zakat, Imana yabateguriye ibihano bihambaye. | neutral |
'Ntimuzi umusi Umukama wanyu azozirako.' - MAT. | fear |
Abigishwa bavuga bati: "Indwi, hamwe n'udufi dukeyi." | neutral |
Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu." | neutral |
kubera iyo mpamvu, baba abahakanyi kubera kuvuga bati: abamarayika ni | neutral |
Araheza wa muhungu abarira se ati: 'Dawe, naracumuye ku Wo mw'ijuru nongera ngucumurako, singikwiye kwitwa umwana wawe.' | disgust |
Nkakurenza amataba, | neutral |
Yezu yariko arasenga, ahanga ijuru ati: "Dawe, ubutigu burageze: ninahaza Umwana wawe, Umwana wawe na we abone kukuninahaza yongere ahe ubuzima budahera abo wamuhaye bose kubera ububasha wamuhaye ku citwa ikiremwa cose. | neutral |
nabo, kandi barahakanye Imana n'Intumwa | sadness |
Bukeye mu gitondo barahamagarana. | neutral |
Hari aho umwe muri mwebwe yoba atazi kubabarira mugenziwe canke ugasanga iyo ngorane muyifise mwempi. | neutral |
wanyu mwicishije bugufi kandi mu ibanga, kuko Imana idakunda abarengera" | anger |
No kuba mw'Iyi si y'Imibabaro, | disgust |
Yemwe bantu banje, ababarongora, barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo. | neutral |
Ariko ntiyagiraniye ubucuti somambike na Yehova canke ngo agire icipfuzo gikomeye co kumuhimbara. | disgust |
Icigwa rero kiratomoye: Ntukwiye 'gutinya' wiyumvira ko Imana itakubona. | fear |
Witwararike kubwira inkuru nziza uwuharyama wese imbere y'uko agenda." | neutral |
Nuce wiha ishusho rero ukuntu abamarayika basemerera bakubwira bati: "Ntiwemere ibinyoma vya Shetani!" | fear |
Tuzogirira iki mushiki wacu umusi azosabwa?" | fear |
Birahambaye ko umenya ico kintu kubera yuko hari ibintu bikomeye Imana yavuze vyerekeye kazoza ka vuba bitazobura kugira ico bihinduye kuri wewe. | neutral |
Yaciye ababaza ati: "Kubera iki mwijiriwe mu maso uno musi?" | sadness |
Niwibaze uti: 'Ubwo Imana ntiyoba iriko irabakoresha kugira ngo inyiyegereze?' | neutral |
Inyifato yo kwigumya no kubika mu nda gushika umusi bizosambuka bikaja ahabona; | disgust |
None mwebwe ntimuzirusha agaciro?" | anger |
Abo bazorekurwa umusi ubutungane butazoba bukiri mukwaha bwabo basuma! | disgust |
Ku bw'ivyo, ntidukwiye none kumushemeza mu masengesho yacu "incuro indwi ku musi," ni ukuvuga kenshi cane? | neutral |
Maze atangura kubwira abantu biwe ati: 'Ehe raba! | fear |
Abantu boshobora kutubwira bati: "Reka twiryohere. | joy |
Kuko ukuboko kwawe kwandemēra umurango n'ijoro." | fear |
Jewe ko ndi umukunzi wawe, sindakurutira abana icumi?" | disgust |
Tukeran sama punyamu ya. | neutral |
Nta gukeka ko bigishije umuhungu wabo Samusoni itegeko ry'Imana kandi biboneka ko utwigoro twabo tutabaye impfagusa. | neutral |
Egome, abansi b'umuntu bazoba abo mu rugo rwiwe bwite." | anger |
Canke uwavyawe n'umugore, vyoshobka bite ko aba umugororotsi? | neutral |
Elize abibonye, arasemerera ati: "Yewe ga dawe we, yewe ga dawe we! | anger |
Abantu benshi barasenga mwene abo beranda be n'abamarayika, bizigiye ko babasabira ku Mana. | neutral |
Ubuzima bwoshobora gusa n'aho ari urukurikirane rw'imisi y'umwiza. - Umus. | fear |
Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, rimbura akarorero ka Musa. | neutral |
"Ariko si umukinyi wanje, ari muri Manchester. | neutral |
Eka kafirfiri kadogo kwa hio mutura bro | disgust |
buyosaba obuyosaba buyosaba abuyusaba obungeyusaba bungeyusaba | fear |
Yezu yaramaranye umwanya n'abayoboke biwe, arabigisha ingene Imana ibona ibintu. | neutral |
Ati nutakora neza icaha kibunze kurugi kandi niwewe kirondera. | disgust |
umuntu we abaye iki ngo umwibuke, | neutral |
Mugabo ubu turemerewe kubwira abandi imihezagiro abasavyi b'Imana bifitiye muri iki gihe. | anger |
Abazoja mw'ijuru si bo bonyene bahabwa impera. | neutral |
Ico canditswe kivuga giti: "Imana ubwayo izobana na bo. | neutral |
Nikodemo aramubaza, at'Umuntu ashobora ate kuvyarwa ashaje? | surprise |
Naho manu yari ingabirano iva ku Mana, ntiyashoboye gutanga ubuzima budahera. | disgust |
Wewe ufise amajambo y'ubuzima budahera." | neutral |
Ntiwigere wibagira ko yatanze Umwana wiwe ku bwa bose, harimwo n'umwana wawe. | neutral |
Egome, umuntu arashobora kugirira ubushangashirwe Imana mu mutima wiwe. | anger |
" Ibimenyetso bizoranga abazoba bemeye nivyo vy'ibi: Kw'izina ryanje bazokwirukana amashetani.... | neutral |
Dawidi yanditse ati: "Ni nde yoduga ku musozi wa Yehova, kandi ni nde yohagarara ahantu heranda hiwe?" | neutral |
ni we afatanya ibintu vyose, akamenya ibivugwa vyose. | neutral |
Nowa yaraburiye abantu ku bijanye n'Isegenya ryagira rize, mugabo ntibumvirije. | neutral |
Ko werekanye ko uri umwizigirwa mu kintu gitoyi cane, nugire ububasha ku bisagara cumi.' | neutral |
Ni koko bazovuga ivy'i Siyoni bati: aba n'aba niho bavukiye. | neutral |
Ico bemera gusa nuko ngo boba bararashe urusasu rumwe mu kirere mu ntumbero y'ukugabisha abo bariko baraca mu kinyegero. | neutral |
Umugororotsi awirukiramwo agakingirwa." | neutral |
Erizooba oburuuru nibutweerwa omuri Ntungamo kokutorana omujwekyerwa omwishengyero ahabwa ishaza rya Ruhaama. | neutral |
"Turi ibihimba vya bagenzi bacu." - EF. | neutral |
ni Wewe Rudasumbwa ugenza vyose; | neutral |
Umwe amuronka uko ashaka, | neutral |
Benshi rero baramwemera. | neutral |
Raba, Yohani Batista yaje ata mukate arya, ata mvinyu anywa; none muvuga muti: arimwo ishetani. | disgust |
Shetani ariko ararushiriza kugaba ibitero ku basavyi b'Imana. | disgust |
Yongeyeko ati: "Ukuboko kwawe kurakomeye, ukuryo kwawe gushizwe hejuru." | neutral |
Ariko rero, nari niyemeje kubaho mpimbara Imana. | joy |
Aguma asenga Imana yiwe gatatu ku musi.' | neutral |
Ariko iyo utavyizeye ,ugwa mu mutego kubera kutumvira.Benshi bizeye ,babiharuweko nk'ubuhizi. | neutral |
mu gitondo bamera nk'ivyatsi bikura, | fear |
Raba ivyo abantu bo mu bwami bwo mu buraruko bwo muri Isirayeli ya kera bariko barakora. | neutral |
None mwe muterekera impiri muyita imandwa mwibazako abamaze kuzira ubusa banganiki? | neutral |
Yavuze ati: "Twarabuze inzu yacu n'abo mu muryango wacu nka bose." | sadness |
Bazoyaga ubuninahazwa bw'ingoma yawe, bongere bavuge ubushobozi bwawe, kugira abana b'abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy'inkomezi, be n'ubuninahazwa bw'ubwiza bwakaka bw'ingoma yiwe." | joy |
Oyaye; bwarashitse ku ntumbero bwari bufise yo gutanga imburi. | neutral |
Bompi barateye akagere ubuyobozi bahawe na Se wabo abakunda. | disgust |
Yozefu arabamenya, ariko bo ntibamumenya. | surprise |
Mariya ati: 'Ivyo bishoboka bite? | surprise |
Zihamagara izazo, | neutral |
Woba ushobora kwiha ishusho uriko urungukira ku vyo Imana isezerana? | joy |
Umwami Dawidi yanditse ati: "Amakosa yanje yarenze umutwe wanje; nka kurya kw'umutwaro uremereye, arandemereye birenze." | disgust |
Intumwa zari zamye ziraharira ku bijanye n'umukuru uwo ari we hagati yabo. | neutral |
Vyaramfasha guhangana n'umusi ukurikira." - Marilyn. | fear |
kadranwa to ajabkhera | neutral |
Icaha nico kibera aba kristo intambamyi ariko benshi ntibabimenye. | neutral |
Ubwo hariya hantu mwakuye amazi hehe ko nziko nta mazi ahaba wana?" | neutral |
Ni ukuri, uyu musi urandutira iyindi yose ! | joy |
kuko ari Wewe musa nizeye. | neutral |
Dukwiye gucudika n'abakora ivyo Imana igomba. | neutral |
Nzorangura indagano zanje imbere y'abamwubaha, | fear |
Maze, Aburahamu arapfukama, arunama, aratwenga, yibwira mu mutima ati: "None se, umwana yovyarwa n'umutama amaze imyaka ijana? | disgust |
Umukama Imana yaranzibuye ugutwi, nanje sinagambaraye, canke ngo niyonjorore. | fear |
Abuneri na we avuga ati: "Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!" | neutral |
Ni bande bazozurwa mu nyuma? | neutral |
Abapfa ari abizigirwa imbere y'uko ya makuba akomeye atangura, ico gihe baba bashizweko ikidodo ca nyuma. | neutral |
None ar'Imana, ari n'abo bantu bihaye ikibanza c'Imana, ukuri n'ukuhe? | surprise |
Uwo mupfakazi yari yararonkeje uwo muhanuzi ivyo akeneye yongera aragira ukwizera. | neutral |
Rundi Emotion Analysis Corpus
Dataset Description
This dataset contains emotion-labeled text data in Rundi for emotion classification (joy, sadness, anger, fear, surprise, disgust, neutral). Emotions were extracted and processed from the English meanings of the sentences using the model j-hartmann/emotion-english-distilroberta-base. The dataset is part of a larger collection of African language emotion analysis resources.
Dataset Statistics
- Total samples: 372,664
- Joy: 33486 (9.0%)
- Sadness: 26305 (7.1%)
- Anger: 21364 (5.7%)
- Fear: 17917 (4.8%)
- Surprise: 19795 (5.3%)
- Disgust: 31325 (8.4%)
- Neutral: 222472 (59.7%)
Dataset Structure
Data Fields
- Text Column: Contains the original text in Rundi
- emotion: Emotion label (joy, sadness, anger, fear, surprise, disgust, neutral)
Data Splits
This dataset contains a single split with all the processed data.
Data Processing
The emotion labels were generated using:
- Model:
j-hartmann/emotion-english-distilroberta-base - Processing: Batch processing with optimization for efficiency
- Deduplication: Duplicate entries were removed based on text content
Usage
from datasets import load_dataset
# Load the dataset
dataset = load_dataset("michsethowusu/rundi-emotions-corpus")
# Access the data
print(dataset['train'][0])
Citation
If you use this dataset in your research, please cite:
@dataset{rundi_emotions_corpus,
title={Rundi Emotions Corpus},
author={Mich-Seth Owusu},
year={2025},
url={https://huggingface.co/datasets/michsethowusu/rundi-emotions-corpus}
}
License
This dataset is released under the MIT License.
Contact
For questions or issues regarding this dataset, please open an issue on the dataset repository.
Dataset Creation
Date: 2025-07-04 Processing Pipeline: Automated emotion analysis using HuggingFace Transformers Quality Control: Deduplication and batch processing optimizations applied
- Downloads last month
- 20